Kabaza WebTV
Kabaza WebTV
  • 2 236
  • 3 622 911

Відео

Ikibazo c'agashirukabute k'abasoda bari muri Somalia n'imigenderanire y'URwnda n'UBurundi
Переглядів 1012 години тому
Ikibazo c'agashirukabute k'abasoda bari muri Somalia n'imigenderanire y'URwnda n'UBurundi
Cri d'alarme lancé par ALUCHOTO contre la torture.
Переглядів 247 годин тому
Cri d'alarme lancé par ALUCHOTO contre la torture.
Avuye muri Koreya aje gukiza imitima ya benshi.
Переглядів 6512 годин тому
Avuye muri Koreya aje gukiza imitima ya benshi.
Contribution dans la promotion de la lecture dans les écoles à moindre accès aux livres.
Переглядів 1412 годин тому
Contribution dans la promotion de la lecture dans les écoles à moindre accès aux livres.
Poritike yifashe gute iki gihe?Tatien SIBOMANA aratubwira vyose .
Переглядів 12821 годину тому
Poritike yifashe gute iki gihe?Tatien SIBOMANA aratubwira vyose .
Imyaka 4 ku butegetsi bwa Evariste NDAYISHIMIYE ni ibiki vyaranguwe?
Переглядів 16021 годину тому
Imyaka 4 ku butegetsi bwa Evariste NDAYISHIMIYE ni ibiki vyaranguwe?
Urugendo rwa Pasteur Erton mu Burundi. Yoba aje guhuza aba adventiste?
Переглядів 319День тому
Urugendo rwa Pasteur Erton mu Burundi. Yoba aje guhuza aba adventiste?
Si ivy'imbeshere abana b'abarundi barakoreshwa muri Tanzaniya mu kazi kiinguvu .
Переглядів 38День тому
Si ivy'imbeshere abana b'abarundi barakoreshwa muri Tanzaniya mu kazi kiinguvu .
Abategetsi basabwa guhumuriza abarundi kubijanye n'ubukene bw'ibitoro n'ingene bizoboneka.
Переглядів 15214 днів тому
Abategetsi basabwa guhumuriza abarundi kubijanye n'ubukene bw'ibitoro n'ingene bizoboneka.
Le gouvernement devrait reconnaitre le génocide de 1972
Переглядів 8514 днів тому
Le gouvernement devrait reconnaitre le génocide de 1972
Imanza zo gupfa n'izindi zaciwe ku kadenderezo mu na sentare ya gisirikare muri 1972-1973 zafuswe.
Переглядів 4514 днів тому
Imanza zo gupfa n'izindi zaciwe ku kadenderezo mu na sentare ya gisirikare muri 1972-1973 zafuswe.
Clement NKURUNZIZA ngo yari arongoye abishe abanyeshure kuri kaminuza amaze imyaka 6 agarukanywe.
Переглядів 20314 днів тому
Clement NKURUNZIZA ngo yari arongoye abishe abanyeshure kuri kaminuza amaze imyaka 6 agarukanywe.
Muri CNIDH bagize ico bashikirije mu nyuma yo kuvurwa ko batariko bakora neza akazi kabo
Переглядів 1914 днів тому
Muri CNIDH bagize ico bashikirije mu nyuma yo kuvurwa ko batariko bakora neza akazi kabo
Ibikorwa vy'abashikiranganji ngo bitegerezwa kuja ahabona
Переглядів 2321 день тому
Ibikorwa vy'abashikiranganji ngo bitegerezwa kuja ahabona
Urugendo rw'abanyeshure bo kuri kaminuza HOPE AFRICA mw'ishirahamwe BMBC kurikire
Переглядів 8121 день тому
Urugendo rw'abanyeshure bo kuri kaminuza HOPE AFRICA mw'ishirahamwe BMBC kurikire
Banywa amazi y'uruzi Karombo none ubu barwaye korera
Переглядів 1721 день тому
Banywa amazi y'uruzi Karombo none ubu barwaye korera
Arabaza amafaranga ava muri AMISOM iyo aja n'ico akora
Переглядів 6721 день тому
Arabaza amafaranga ava muri AMISOM iyo aja n'ico akora
A la veille des éléctions , la liberté de la presse rétrécit petit à petit .
Переглядів 5128 днів тому
A la veille des éléctions , la liberté de la presse rétrécit petit à petit .
Mugihe twimirije amatora ,ubwigenge bwo kumenyesha amakuru ngo ntibwifashe neza
Переглядів 4828 днів тому
Mugihe twimirije amatora ,ubwigenge bwo kumenyesha amakuru ngo ntibwifashe neza
Uwudakora ntakarye
Переглядів 2228 днів тому
Uwudakora ntakarye
Umwigeme yokwigenza gute mu gihe ari mu butinyanka?
Переглядів 35Місяць тому
Umwigeme yokwigenza gute mu gihe ari mu butinyanka?
Igikino NINDE catanguwe gute? kurikire KIREKO na MARGUERITTE.
Переглядів 74Місяць тому
Igikino NINDE catanguwe gute? kurikire KIREKO na MARGUERITTE.
Imigenderanire y'ubumwe bwa Buraya n'UBurundi yasubiriye gukomera?
Переглядів 29Місяць тому
Imigenderanire y'ubumwe bwa Buraya n'UBurundi yasubiriye gukomera?
Abarorerezi mpuza makungu bazocungera amatora?karanga muntu izokora ni iyihe?
Переглядів 51Місяць тому
Abarorerezi mpuza makungu bazocungera amatora?karanga muntu izokora ni iyihe?
Bishwe n'intuntu n'agahinda kuko babugariye ibibanza bahora bakoreramwo
Переглядів 181Місяць тому
Bishwe n'intuntu n'agahinda kuko babugariye ibibanza bahora bakoreramwo
UBurundi bwoba bwiteguye kwinjira mw'isoko rusangi rya Afrika?
Переглядів 383Місяць тому
UBurundi bwoba bwiteguye kwinjira mw'isoko rusangi rya Afrika?
Abanya Gatumba bariko bimurirwa i Mubimbi/Martyazo.
Переглядів 64Місяць тому
Abanya Gatumba bariko bimurirwa i Mubimbi/Martyazo.
Gutabariza uwafashwe ku nguvu canke yakorewe ayandi mabi.
Переглядів 33Місяць тому
Gutabariza uwafashwe ku nguvu canke yakorewe ayandi mabi.
Imvukira zose za Nyabisindu zisabwa kwinjira mw'ishirahamwe kuko ririko ritera imbere cane.
Переглядів 16Місяць тому
Imvukira zose za Nyabisindu zisabwa kwinjira mw'ishirahamwe kuko ririko ritera imbere cane.

КОМЕНТАРІ

  • @user-cb5zh7mp1p
    @user-cb5zh7mp1p 13 хвилин тому

    Ahhhhjj nta soni mugira ubwo mu muhoyeko kwa arumunyarwanda niba mutamwishe na mahoro

  • @_-wt8ns
    @_-wt8ns День тому

    Nimureke uyomukenyezi

  • @user-oh2hf7zs8q
    @user-oh2hf7zs8q 2 дні тому

    Mukameny niyomuca mweho.imisi yigisuma ni 40

  • @LenovatHaragakiza
    @LenovatHaragakiza 2 дні тому

    Aregzande😂

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 2 дні тому

    Naje nzamutora❤

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 2 дні тому

    Ububeshi ntabindi muzi gukora atari kurempentanya gusa 😢😢

  • @user-ov8xx1nx4q
    @user-ov8xx1nx4q 2 дні тому

    Nimumpe nanje numéro yanyenicubahiro ndomuramutse

  • @JeanpierreNdagijimana-b4m
    @JeanpierreNdagijimana-b4m 2 дні тому

    Nuko ababesh nibahanw ham natwe kodufise ikibazo cananirany tworonk inimero yumukur wigihugu gute natwe tubishikirize mwob mukoze

  • @jeandamascenenizeyimana6930
    @jeandamascenenizeyimana6930 2 дні тому

    Ingegera mwarazihannye?

  • @NepomusceneNdikumana
    @NepomusceneNdikumana 5 днів тому

    Mutama.ntahobazoc.bativy.mutamaturinyumayaw.kuko.turaruhijw.na.nev.

  • @AkimanaJeannette-tz1to
    @AkimanaJeannette-tz1to 7 днів тому

    Barayamwivye shaa😂😂

  • @MultiChanelo
    @MultiChanelo 12 днів тому

    Igihe kizotinda kigere aho abarundi batangura kwibaza ibibazo navyo bihanze ubuzima bwabo, maze batere umugongo abigira abanyepolitike babahendesha ibishobisho ata mugambi babafitiye. Aho niho bazotahura ko Imana Yari Yaraduhaye ingabire idasanzwe muri Francis ROHERO, kuko uwo azotuma turonka abandi ba Rwagasore na ba Ndadaye.

  • @bahemajavan4716
    @bahemajavan4716 14 днів тому

    Ibi bikorwa vyiteka mukora murakwiye kuza muratanga nomero tworonderako abantu nkaba. Erega birashika umuntu akifuza nko kubaha isabune. Kandi Imana yobishura ko mwabatabarije. Murakoze.

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 14 днів тому

    Uyuniwo uburundi bushyaka❤❤

  • @mponganochristian2196
    @mponganochristian2196 14 днів тому

    Ndamukunda uwuniwo uburundi bukeneyep❤

  • @baramparurutsej.dedieu5361
    @baramparurutsej.dedieu5361 18 днів тому

    Tubwire ivyimiryango y'abarundi n'ingahe?

  • @NimenyaLionel
    @NimenyaLionel Місяць тому

    Ivyababayeko birababaje , ariko ikibabaje cane nuko ibibi biba murubu burundi bikomeza hahinduka gusa ababikora. Ico nico dukwiye kwiyumvirako

  • @NathalieNIYUHIRE-vj8il
    @NathalieNIYUHIRE-vj8il Місяць тому

    Mwodufasha kuza turaronka izonyigisho zuwomwubahwa

  • @flaviakezimana4596
    @flaviakezimana4596 Місяць тому

    Abantu mube mureka kujuragiza abamenyeshamakuru.kuko tribunal de commerce yashize mungiro urubanza rwaciwe.igikenew ahubwo abugariwe nibisunge ingingo ya sentare bavugane nuwatsinze bave muvyo kujuragirika.

  • @Irak-sr4tc
    @Irak-sr4tc Місяць тому

    🎉maman bash

  • @user-jl9nn5dw9x
    @user-jl9nn5dw9x Місяць тому

    Komere Batam igihugu nitwe tuzogitezimbere tutarindiyabanyamahanga

  • @user-gw1kg4wy6r
    @user-gw1kg4wy6r Місяць тому

    Uyo agira azire ubusa none abagenda barinda kubandika canke barabajana ntiwumva kwiryo arirementanya

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv3976 Місяць тому

    My favorite ever

  • @maishacenter-eastafricatv3976
    @maishacenter-eastafricatv3976 Місяць тому

    ❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤

  • @balitremi
    @balitremi Місяць тому

    Duu imana ibane nabo 😊

  • @user-ed5co1tf4o
    @user-ed5co1tf4o Місяць тому

    Mbabajwe nutwotwana imana ibarengere

  • @user-jl9nn5dw9x
    @user-jl9nn5dw9x Місяць тому

    Nakamaramaza

  • @esteraakizimanaakizimana4715
    @esteraakizimanaakizimana4715 Місяць тому

    Manaweee

  • @dzelbahnijmb1765
    @dzelbahnijmb1765 Місяць тому

    Umuntu agomba gufasha yo bigenza gute? Mutubwire uko twofasha. Murakoze.

  • @NdikumugongoGasupar-sz8wv
    @NdikumugongoGasupar-sz8wv Місяць тому

    Kuri plage ya kajaga aho bita Kwa Manyus mukubaka bavuga ko bafise imetero mirongo itatu uva kunkengera yikiyaga uja hagati mukiyaga

  • @BishopRushikarichard
    @BishopRushikarichard 2 місяці тому

    Pole sana

  • @GRATIDAO11
    @GRATIDAO11 2 місяці тому

    Watching you from RWANDA

  • @VAa-nb1od
    @VAa-nb1od 2 місяці тому

    Nihatari😮😮😮😮😮

  • @bwengejeanbosco2610
    @bwengejeanbosco2610 2 місяці тому

    Iyo ni accident iba kw'isi yose. Muri amerika nta mwaka uhera hatabaye nk'ivyo. Umuntu niwe yikunda imbere yuko abandi bagukunda.

  • @pierrebange-ek8jj
    @pierrebange-ek8jj 2 місяці тому

    ningorane gusa

  • @karenzoeric1852
    @karenzoeric1852 2 місяці тому

    Poleni sana kwayariowakuta

  • @Paramekashow-ev2qw
    @Paramekashow-ev2qw 2 місяці тому

    Bimuke rwose ubu murwanda twe ntago bikibahope gusa bihangane tubakunda abobavukany bacu

  • @Paramekashow-ev2qw
    @Paramekashow-ev2qw 2 місяці тому

    Ubundise bagiye mumpinga ntaho canke nukwigiza nkana gute batumva😂😂

  • @Paramekashow-ev2qw
    @Paramekashow-ev2qw 2 місяці тому

    Ubundise bagiye mumpinga ntaho canke nukwigiza nkana gute batumva😂😂

  • @amen.murakoze129
    @amen.murakoze129 2 місяці тому

    Manantabara.abanabawe

  • @UMUHOZASandrine-yu7sh
    @UMUHOZASandrine-yu7sh 2 місяці тому

    Mwihangane cyane! Gusa leta nifashe aba baturage bave ahashobora gushyira ubuzima bwabo mukaga.

  • @jeandedieundizeye1589
    @jeandedieundizeye1589 2 місяці тому

    Ayo mugabo ataravye neza arafatwa mpiri

  • @user-wx8ig1hn7m
    @user-wx8ig1hn7m 2 місяці тому

    Pore sana burundi

  • @viatornkunzimana4693
    @viatornkunzimana4693 2 місяці тому

    Turinyuma yawe nkumuvyeyi mwiza mugakiza ❤ levela wanj nkunda.ndabihamya

  • @maraym1118
    @maraym1118 2 місяці тому

    Imana niyo yokuturengera

  • @PosientKm
    @PosientKm 2 місяці тому

    Nsinzimpamvu mutama adatsinda Kandi mbona igihugu arice

  • @VincentVincentNdikumasabo
    @VincentVincentNdikumasabo 3 місяці тому

    Ivyo nukuri?Yemwe biragoye

  • @Krdsnge
    @Krdsnge 3 місяці тому

    Ntamwanya wokuraba umwanya mudukomereze amahoro twigumire kukivi cokurwana ninzara naho dushonje

  • @maxwellnduguya
    @maxwellnduguya 3 місяці тому

    Genda ubaze nyokowawe akwereke iyo wavuye wa mbwawe

  • @maxwellnduguya
    @maxwellnduguya 3 місяці тому

    Ntanubwege ubivugana iyo ujakwishuri womenya icuvuga niko waremwe wakirofawe urazi abomwica uko bangana wakijujuwe